- UBAHUKA yo kuwa 29 03 2020, Ikiganiro ku kungene abashirwa aha bonyene ngo basuzumwe kwata mugera wa Corona bafise, babayeho n'ingaruka zavyo
- UBAHUKA yo kuwa 22 03 2020, Ikiganiro kugikorwa c'umurwi w'igihugu ujejwe agateka kazina muntu CNIDH
- UBAHUKA yo kuwa 15 03 2020, Ikiganiro kubafungwa ba politique batarekurwa kandi bahejeje ibihano baciriwe, Imvo n'ingaruka zavyo
- UBAHUKA yo kuwa 08 03 2020, Ikiganiro ku ndwara ifatiye k'ugufungura nabi ku bana