- Ecouter:
- Karahara mu Ruganda co ku wa 30 04 2020. Ibanki yo gushigikira imigambi y'urwaruka BIJE iherutse gutangura gukora mu ntara ya Gitega. Urwaruka ruvyakira gute? Ni iyahe nsiguro y'abanonosoye ivy'ubutunzi?
- Karahara mu Ruganda co ku wa 31 03 2020. Ikiza c'umugera wa coronavirus kiriko kirahonya abantu benshi kandi n'igisata c'ubutunzi kiri mubibangamiwe. N'iyihe nyifato y'ibihugu yotuma haba inyishu kubutunzi bw'isi? (RPA, INZAMBA na TELE RENAISSANCE)
- Karahara mu Ruganda co ku wa 37 02 2020. Agateka k'abana ukwo kifashe mu Burundi. (RPA, INZAMBA na TELE RENAISSANCE)
- Karahara mu Ruganda co ku wa 30 01 2020. Twihweje uko urunani Cossessona rw'ama syndicats y'abarimu rukora, mu Burundi ama syndicats yoba akora ukuri kwamye? (RPA, INZAMBA na TELE RENAISSANCE)